WHERE IS THE BODY

Abarenga 2.000 mu kangaratete kubera umusozi wabo wahindimutse

Umwana umwe w’imyaka itanu yaraye apfuye, abanyagihugu barenga 2.400 nabo ubu bakaba batagira aho bakika umusaya.

Ni inyuma y’aho umusozi wabo wa Gabaniro uhindimukiye ugashunguruka muri zone Gitaza ya komine Muhuta mu ntara ya Rumonge mu bumanuko bushira uburengero bw’Uburundi.

Ku bw’umukuru wa komine Muhuta Niyonsavye Scholastique, ubu imihana irenga 350 nta n’umwe ukiboneka.

”Umutumba wose wa Gabaniro warahindimutse” ujana n’imirima ingana na hegitari zirenga 500 (500ha), nk’uko yabwiye BBC Gahuzamiryango

Leave a Comment

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Scroll to Top