Abarenga 2.000 mu kangaratete kubera umusozi wabo wahindimutse
Umwana umwe w’imyaka itanu yaraye apfuye, abanyagihugu barenga 2.400 nabo ubu bakaba batagira aho bakika umusaya. Ni inyuma y’aho umusozi wabo wa Gabaniro uhindimukiye ugashunguruka muri zone Gitaza ya komine Muhuta mu ntara ya Rumonge mu bumanuko bushira uburengero bw’Uburundi. Ku bw’umukuru wa komine Muhuta Niyonsavye Scholastique, ubu imihana irenga 350 nta n’umwe ukiboneka. ”Umutumba […]