WHERE IS THE BODY

Floriane Irangabiye kuva kuri uyu wa gatanu ku mugoroba aridegemvya ku kigongwe c’umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimye.

Imiryango y’abamenyeshamakuru n’iyiharanira uburenzira bwa zina muntu yari yagumye isemerera ivuga ko uwo mumenyeshamakuru yazize umwuga akora.

Uwo mugore w’imyaka 36 yari asanzwe akorera Igicaniro, iradiyo y’abarundi baba hanze icisha kuri internet ibiganiro vy’ivyiyumviro n’umwihwezo ku buzima bw’igihugu.

Ivyo biganiro ni na vyo ishirahamwe mpuzamakungu ryo gukingira abamenyeshamakuru Committee for the Protection of Journalists, CPJ, ribona ko yari yahowe.
Floriane Irangabiye ari kumwe n’umuvukanyi wiwe Irakiza Chryss Deborah imbere y’ibohero rya Bubanza
Yafashwe aje mu Burundi kuramukanya avuye mu Rwanda iyo yari asanzwe aba.

Yagirijwe kuvogera igihugu, ico caha gica kimwagira muri Nzero mu 2023, sentare ica imucira igihano co gupfungwa imyaka 10 n’ihadabu ry’umuriyoni w’amafaranga y’Uburundi.
Muri urwo rubanza, abashikirizamanza bashingiye ku kiganiro ca radiyo Igicaniro co muri Myandagaro mu 2022 aho Irangabiye n’abatumire banegura reta y’Uburundi bakagiriza abategetsi bayo kuba abasuma no guhonyanga uburenganzira bw’abanyagihugu babo,” nk’uko iryo shirahamwe rivuga ko ryabisomye mu nyandiko za sentare.

Iryo shirahamwe rivuga kandi ko ryabonye muri izo nyandiko ko abashikirizamanza bavuze ko basanze ico kiganiro muri terefone ya Irangabiye amaze gufatwa baca bamwagiriza guhamagarira abanyagihugu kugarariza no kurondera gutembagaza reta.

Bimwe mu vyemezo abashikirizamanza batanze ni uko Irangabiye yaguma agira ingendo hagati Urwanda iyo yaba no mu Burundi ahaba umuryango wiwe hamwe n’amafoto aho agaragara ari kumwe n’umukuru w’Urwanda Paul Kagame n’uwahoze atwara Uburundi, umuhisi Pierre Buyoya.

Yagirijwe kandi kwitaba inama zo guha inyigisho urwaruka ruba mu mahanga kugira rutembagaze reta.

Ivyo vyose Floriane Irangibiye n’abamwunganira mu mategeko yari yaburanye abihakana avuga ko yakoresheje gusa uburenganzira bwiwe bwo gushikiriza ico yiyumvira, ko na zo inama zivugwa ata zo yigeze ajamwo.

Amaze gucirirwa igihano c’imyaka 10 n’ihadabu ry’umuriyoni w’amafaranga y’Uburundi ku wa 02 Nzero mu 2023, Floriane Irangabiye yarunguruje gushika muri sentare gasamburamanza ariko na yo ku wa 13 Ruhuhuma(2) mu 2024 ica iremeza ico gihano.

Ingingo-tegeko y’umukuru w’igihugu yarekuye Floriane Irangabiye ivuga ko uretse ububasha umukuru w’igihugu ahabwa n’amategeko, yihweje kandi ivyo ”yasabwe n’umupfungwa yagiriwe n’icaha”.

Mounir Nasraoui (i buryo) ariko arifotora n’umuhungu wiwe w’umuyabaga mu rukino Espagne ytsinzemwo Ubwongereza 2-1 mu rukino rwa nyuma rwa Euro

Icatumye bamucumita n’ubu ntikiramenyekana.

Inkuru yanditswe ku rubuga rwandika inkuru za ‘sport’, Relevo ivuga ko vyitezwe ko Nasraoui agiye kuguma mu bitaro imisi ibiri canke itatu ariko arakurikiranwa.

Lamine Yamal, umukinyi wa mbere muto muri kahise k’umugwi nserukiragihugu wa Espagne, yagaragaye mu nkino za Euro 2024, aho yahawe n’agashimwe ko kuba umukinyi muto arusha abandi muri iryo higanwa.

Umukinyi wo ku ruhande Nico Williams wa Espagne ni we yatanguye kwinjiza mu rukino batsinzemwo Ubwongereza 2-1 i Berlin.

Inyuma gato Espagne imaze gutwara ico gikombe, abantu baciye batonda mu mabarabara ya Mataró bigina uwo muyabaga rurangiranwa.

Inyuma yo gukurira muri ico gisagara, Yamal yamaze imwe mu myaka yiwe y’ubuyabaga mw’ishure rizwi cane rya La Masia rya Barcelona ryigisha umupira w’amaguru.

Amatora ateganijwe ni igipimo cya demokarasi mu Rwanda – Philippe Mpayimana

Ubwo yari mu kiganiro n’abanyamakuru, Mpayimana yavuze ko yifitiye icyizere. Ngo arumva azitwara neza mu majwi kuruta uko byamugendekeye mu myaka 7 ishize.

Ati: “Ndashaka ko aya matora azaba igipimo cy’aho Abanyarwanda bageze bumva demokarasi.

“Ninongera kubona rimwe ku ijana na byo bizaba bifite icyo bivuze ariko nifuza kurenzaho kugira ngo bigaragaze aho Abanyarwanda bageze bumva ko ari bo batanga ubutegetsi.”

Yongeraho ati: “Nk’ubu dufite ubutegetsi bukomoka ku rugamba rwo kubohora u Rwanda. Ibi byinjiye mu bantu ko nta yindi nzira yo kwinjira mu butegetsi niba utarabaye muri FPR.”

Abakandi ni:

Paul Kagame
Imyaka:66

Ishyaka: Front Patriotique Rwandaise
Akazi: Perezida w’u Rwanda

Umwirondoro: Ni Perezida w’u Rwanda kuva muri Mata 2000. Arimo kwiyamamariza manda ya kane. Itegeko nshinga ry’u Rwanda ryahinduwe mu 2003 riha perezida manda y’imyaka irindwi yongerwa rimwe. Itegeko nshinga ryongeye kuvugururwa mu 2015 rikuraho manda y’imyaka 7 ryemerera. Ni perezida manda ebyiri z’imyaka 5, uhereye 2017. Byatumye Kagame yiyamamariza manda ya gatatu. Ubwo yari mu buhungiro muri Uganda, yabaye umukuru w’ubutasi mu gisirikare. Ashimwa ku ruhare rwe mu kugarura amahoro n’ituze mu Rwanda nyuma ya jenoside yo mu 1994.

Frank Habineza
Imyaka: 47

Ishyaka: Ishyaka riharanira demokarasi no kurengera ibidukikije
Akazi: Yari umudepite

Umwirondoro: Mu 2018, yabaye umwe mu batavuga rumwe n’ubutegetsi binjiye mu nteko kuva Kagame yajya ku butegetsi. Yaretse ubwenegihugu bwa Sweden mbere yo kwiyamamariza kuba perezida w’u Rwanda mu 2017. Ni inzobere mu kubungabunga ibidukikije kandi yakoreye Ishami rya ONU ryo kubibungabunga. Yashinze Ishyaka Riharanira Demokarasi no Kurengera Ibidukikije mu Rwanda.

Philippe Mpayimana
Imyaka: 54

Ishyaka: Independent
Akazi: Impuguke ishinzwe ubukangurambaga, Ministeri y’Ubumwe n’Inshingano Mboneragihugu

Umwirondoro: Ni ubwa kabiri yiyamamaje. Yabaga mu buhungiro kuva mu 1994 mbere yo gutaha akiyamamaza mu matora ya 2017. Yabonye munsi ya 1% mu matora ya perezida aheruka. Ni umunyamakuru, umwanditsi, n’impirimbanyi y’uburenganzira bwa muntu. Ubu ni impuguke ishinzwe ubukangurambaga muri Minisiteri y’Ubumwe n’Inshingano Mboneragihugu.

Mu gihe yaba ageze ku butegetsi, Mpayimana yavuze ko yakwihutira kuvugurura imikoreshereze y’ubutaka. Abubaka bagakoresha ubutaka bazirikana ko hakenewe n’aho guhinga kandi igihugu gifite ubutaka buto.

Ati: “Nk’iyo ndebye umujyi wa Bugesera ubutaka wubatseho ukuntu bwera nibaza impamvu inzu imwe itari hejuru y’indi. Aho nubatse nturanye na murumuna wanjye. Mbere yo kubaka umukecuru wanjye yahasaruraga umufuka w’ibishyimbo. Ubu se iyo nzu yanjye nyubaka hejuru y’iya murumuna wanjye ntitwari kuba tucyeza wa mufuka w’ibishyimbo?”

Mu gihe yaba ayoboye igihugu, Mpayimana avuga ko yakwihutira kuvugurura imibanire y’u Rwanda n’ibindi bihugu.

Kuri we ngo Afurika yaba imwe, imipaka ntibe iyo kwigizayo abasangiye umugabane.

Naho ku miyoborere y’igihugu, Mpayimana avuga ko azashyira imbere ihererekanya ry’ubutegetsi kandi buri Munyarwanda akumva ko nta muntu runaka wavukiye gutegeka cyangwa se uhejwe mu myanya runaka y’ubutegetsi.

Abatavuga rumwe batemerewe kwiyamamaza ni:

Diane Rwigara
Imyaka: 43

Ishyaka: People Salvation Movement
Umwuga: Umucungamari

Profile: Yangiwe kwiyamamaza ku nshuro ya kabiri, komisiyo y’amatora yavuze ibyo atujuje. Komisiyo yavuze ko Rwigara atatanze inyandiko nyakuri z’ubucamanza kandi atatanze imikono nyakuri nibura 12 muri buri karere. Mu matora ya 2017, yarangiwe ashinjwa guhimba imikono y’abamushyigikiye basabwa na komisiyo. Yafunzwe umwaka urenga aregwa kugumura rubanda no guhimba inyandiko, yarekuwe mu 2018. Ni umukobwa w’umunyemari wapfuye Assinapol Rwigara, wari mu bafashije ishyaka FPR rya Kagame mbere yo gushwana n’abarikuriye.

Victoire Ingabire
Imyaka: 55

Ishyaka: FDU-Inkingi
Umwuga: Umucungamari

Profile: Urukiko mu Rwanda rwamwimye ibisabwa ngo yiyamamaze kuko yigeze gukatirwa. Yamaze imyaka 8 muri gereza kuri 15 yari yakatiwe ku cyaha cyo gupfobya jenoside n’iterabwoba arekurwa ku mbabazi mu 2018. U Rwanda ntirwemerera kwiyamamaza uwafunzwe nibura amezi atandatu. Yari mu bahataniye Sakharov Prize, igihembo gihabwa abantu cyangwa amatsinda aharanira ubwisanzure n’uburenganzira bwa muntu.

Bernard Ntaganda
Imyaka: 57

Ishyaka: PS Imberakuri
Umwuga: Umunyamategeko

Profile: Urukiko mu Rwanda rwamwimye ibisabwa ngo yiyamamaze kuko yigeze gukatirwa. Yafunzwe imyaka ine ku kugeramira umutekano w’igihugu no gushishikariza ivanguramoko, yarekuwe mu 2014. Yashinze ishyaka PS-Imberakuri, ariko igice cye ntabwo cyemewe na leta.

Umusore cyangwa inkumi w’imyaka 18 ashobora gushyingirwa byemewe n’amategeko – itegeko risha

Telesifoli Munyabarenzi asanga iri tegeko ryaragombaga gutandukanya umwana w’umukobwa n’uw’umuhungu

Uyu mubyeyi wo mu karere ka Karongi we ariko asanga iri tegeko ryaragombaga gutandukanya umwana w’umukobwa n’uw’umuhungu.

“Ari umukobwa byashoboka ariko umuhungu aba akiri umwana. Burya abakobwa bo ntibagira byinshi bibavuna.”

Impuguke mu bijyanye n’imyororokere (reproductive health) Dr Anicet Nzabonimpa, wewe asanga gushaka kare ari byiza, ariko ku rundi ruhande agasanga ingaruka zitari nziza zishobora kuvuka mu muryango mu gihe abantu baba badashishoje bihagije.

Ati: “Birashoboka kuko kuri iyo myaka, umubiri we uba witeguye kuba wabyara (umukobwa) akanarera umwana. Ikindi ni uko kubaka urugo rwiza bidasaba imyaka. Ingo zubakwa zigakomera si iz’abantu bashatse bakuze. Imyaka si cyo kimenyetso”.

“Hagati aho, abantu bigishwe ko badategetswe gushyingirwa kuri iriya myaka. Ahubwo ni mu gihe bibaye ngombwa. Ni ngombwa ko umuntu atangira gukora imibonano mpuzabitsina akuze kandi agashyingirwa akuze bihagije mu rwego rwo kurengera ubuzima.”
Dr Anicet Nzabonimpa abona ko abantu bakwiye kwigishwa ko badategetswe gushyingirwa kuri iriya myaka
Kuba iri tegeko ribayeho ni kimwe ariko ngo ntibyaba bihagije mu gihe ritaherekezwa n’izindi ngamba.

Hari abasanga hakwiye uburyo bushya bwo kwigisha kugira ngo umwana agere ku myaka 18 yarakuze bihagije kandi yarashoboye no kwiyubaka mu rwego rw’ubukungu.

Ikindi ngo birakwiye ko iri tegeko ritaba icyuho gifasha abahohotera abana kandi n’ingamba zisanzwe zo kubahana zikagumaho.

Ukraine ifise uburenganzira bwo gukoresha ibirwanisho vy’Ubwongereza ku butaka bw’Uburusiya – Cameron, Lord Cameron yabinanye na Perezida Volodymyr Zelensky wa Ukraine i Kyiv ku wa kane.

Umugore yarishwe igihe imihana ibiri i Kharkiv yagemwa n’ibisasu mu gitero c’Uburusiya ejo ku wa gatanu
Umuvugizi w’igisirikare Liyetena-Koroneli Nazar Voloshyn avuga ko ingabo zateye igihugu zinjiye mu kigwati ca Ocheretyne ariko ko abasirikare ba Ukraine bariko bakora uko basho boye kwose kugira ngo bazirukane.

Inyuma n’umubonano yagiriraniye na Perezida Volodymr Zelensky i Kyiv, Lord Cameron yavuze ko Uburusiya ari bwo bwatanguje intambara kuri Ukraine kandi ko Ukraine “ifise uburenganzira bwose bwo kwivuna Uburusiya”

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’Uburusiya bujejwe imigenderanire Maria Zakharova avuga ko amajambo yiwe ari icemeza ko Uburengero bufise uruhara mu ntambara yo kurwanya Uburusiya.

Ubwongereza bumaze gutanga amamiriyaridi atari make y’imfashanyo ya gisirikare igenewe Ukraine kuva Uburusiya butanguje intambara yuzuye muri Ruhuhuma (2) 2022, irimwo ibimodoka vy’intambara bitamenwa n’amasasu asanzwe, ibisasu ntahusha vya misire hamwe n’ubuhinga bwo kwivuna ibitero vyo mu kirere.

Mu mwaka uheze, Ubwongereza bwaremeje ko bwari bwatanguye kurungikira Ukraine ibisasu vya misire biraswa kure vyo mu bwoko bwa Storm Shadow bishobora gushika ku birometero birenga 250.

Hagati aho, umushikiranganji wa mbere wa Ukraine Denys Shmyhal avuga ko yasavye Lord Cameron ko yofasha igihugu ciwe gusanasana ibigo ntanganguvu vyaco vyononywe n’ibitero vy’urutavanako vy’ibisasu vya misire vy’Uburusiya.

M23 iremeza ko yafashe umujyi wa Rubaya hamwe mu hacukurwa Coltan nyinshi ku isi.

Yagize ati: “Twebwe gufata aho hantu [Rubaya] si ukubera imari ihari, hoya, ni ku mpamvu yo kwirukana umwanzi…ufite intego imwe yo gukora jenoside.

“Icyo twe twakoze ni ukubahagarika no kubirukana bakajya kure, iby’amabuye y’agaciro ari aho twe ntibitureba, icyo tugamije ni ukurokora ubuzima bw’abantu”.

Voltaire Sadiki ukuriye sosiyete sivile ya Masisi yabwiye abanyamakuru ko M23 yafashe umujyi wa Kibaya kuva ejo, “ndetse bakoresheje inama n’abaturage babasaba ko abafite imbunda bazibazanira bakikomereza ibikorwa byabo by’ubucukuzi”.

Sadiki yemeza ko hari n’abaturage bahunze kubera imirwano y’ejo.

Umuvugizi wa guverineri w’intara ya Kivu ya Ruguru, ari nawe muvugizi w’ingabo za leta muri iyo ntara yabwiye abanyamakuru ko aza kuduha amakuru nyuma ku bivugwa kuri Rubaya.

Rubaya yafashwe mu gihe Perezida Felix Tshisekedi wa DR Congo ari i Paris mu Bufaransa mu ruzinduko rwaranzwe no kwamagana ibitero bya M23, no gushinja u Rwanda gufasha M23 no gusaba Ubufaransa kurufatira ibihano.

Kuki Rubaya ari ingenzi?

Rubaya ni agace k’imisozi y’icyatsi kibisi ya Masisi, ariko ibice bimwe by’iyi misozi byuzuyeho ibinogo binini n’ibirundo byinshi by’ibitaka kubera ubucukuzi bwa coltan bukorerwa aha hantu.

Uyu mujyi uri ku rugendo rw’amasaha agera kuri abiri n’imodoka mu mihanda y’ibitaka ugana iburengerazuba uvuye mu mujyi wa Goma.

Ni umujyi muto uri hagati mu cyaro cy’i Masisi ariko usa n’uteye imbere kandi utuwe n’abantu babarirwa mu bihumbi amagana kubera ubucukuzi n’ubucuruzi bw’amabuye y’agaciro, nk’uko bivugwa n’inzobere za ONU.

Rubaya ni hamwe mu hantu hakomeye muri DR Congo hakorerwa ubucukuzi n’ubucuruzi bw’ibanze bw’amabuye y’agaciro, by’umwihariko hazwi cyane ku bucukuzi bwa Coltan.
DR Congo, ubu ni iya kabiri mu kohereza Coltan nyinshi ku isoko mpuzamahanga nyuma y’u Rwanda, umwaka ushize wa 2023 Congo yohereje toni 1,918 za coltan ku isoko mpuzamahanga, mu gihe u Rwanda rwohereje toni 2,070 nk’uko ikigo cy’ibigendanye n’imari n’ubukungu Ecofin Agency kibivuga.

Igice kinini cya coltan ya DR Congo gicukurwa ku misozi ya Rubaya, nk’uko inzobere zibivuga. Uyu mujyi w’ubucukuzi ni ingenzi kuko uwugenzura aba agenzura igice kinini cya coltan nyinshi igera ku isoko mpuzamahanga ku isi.
Amabuye ava i Rubaya ubusanzwe agezwa i Goma aho ava ajya kugurishirizwa ku masoko mpuzamahanga, agakoreshwa n’inganda zikomeye ku isi mu gukora ibikoresho by’ikoranabuhanga nka telephone, mudasobwa, imodoka zikenera batiri z’amashanyarazi, n’ibindi.

Nubwo hava amabuye akenewe cyane ku isi, igice kinini cy’abaturage ba Rubaya muri rusange batunzwe n’ubucukuzi bwa Coltan babayeho mu bukene nk’uko ishami rya ONU rishinzwe iterambere, UNDP ribivuga.

Leta ya Congo ishinja iya Kigali gufasha M23 no kuvana amabuye y’agaciro mu duce yafashe twa Congo akagurishwa ku masoko mpuzamahanga aciye i Kigali.

Leta y’u Rwanda ihakana ibyo iregwa na Leta ya Congo.

Miss Nyambo continues to win men’s hearts with her timeless beauty – pictures. Mutange ibitekerezo kuri Miss Nyambo Jesca

Ati: “Ahubwo se njyewe bijya bicanga, umugore arataka akavuga ngo igise kiranyishe kirimo kumurya, akavuga ko atazongera, agatuka umugabo we, mama imbaraga zo kubyara abana 5 wazikuye he kandi igise kiryana? Wa mubyeyi we, mama wanjye ubahwa pe! Kuko njye iyo Imana itaza kubaho nari gusenga mama wanjye.”

Akomoza ku buryo afata Umunsi w’Umugore, Miss Nyambo avuga ko ashimira abantu bawutekerejeho, kubera urukundo akunda umubyeyi we (nyina), abona akwiye byinshi kandi byiza.

Ati: ”Iyo mfashe mama wanjye agaciro afite mu buzima bwanjye, n’ukuntu mukunda, ni abantu badasanzwe kurusha abagabo, umugore akunda umwana we ukumva birakurenze, hari ubuzima abagore banyuramo umugabo atashobora, gutwita, kujya mu mihango ya buri kwezi, ntabwo biba byoroshye. Ibyo byose umugabo akumva ari ibintu bisanzwe, kandi azi ko atabishobora, rero ni umunsi wihariye.”

Ku rundi ruhande ariko, Miss Nyambo avuga ko hari abagore badaha abagabo impamvu z’uko umugabo yamwubaha.

Ati: “Muri ubu buzima hari abantu batanga impamvu zo kutabubaha, umugore ntakubaha, ntiyubaha umuryango wawe, ugasanga ni wa mugore utamenya icyo umwana we yariye. Uzi ko abagabo benshi mu ngo ari bo bamenya abana babo, amenya size umwana yambara, akamenya ibyo akeneye, hari abagore bashaka kwisileyingira (Slaying), niba yarabyaye yarabyaye na we wite ku bana bawe, ariko niba umugore akubaha, akagukundira abana wamubyariye mwubahe nawe.”

Miss Nyambo ashimangira ko ba nyina ba abantu, ari bo bagomba kuza imbere, abandi bagakurikira, kuko iyo batabitaho ngo babakuze, batari kubona abandi bantu bahuye na bo mu buzima barimo, kuko gushimisha umubyeyi bidasaba ibintu byinshi.

Nyambo Jessica yamenyekanye cyane muri Sinema Nyarwanda, akina muri filimi zitandukanye harimo Umuturanyi, Killaman, The Message yananditse, ndetse n’Ibanga arimo kwandika ikanakinwa muri iyi minsi.

Minisitiri Chris Philp yagize ati: “U Rwanda rutandukanye na Congo, si byo?” Minisitiri Philp w’Ubwongereza yaba yitiranyije u Rwanda na RD Congo? Minisitiri Chris Philp yagize ati: “U Rwanda rutandukanye na Congo, si byo?”

Nyuma yuko uwo wari ubajije ikibazo ahakanye akavuga ko ababyeyi be “ntibava mu Rwanda”, uwo Minisitiri yagize ati: “Urebye, ndashaka kuvuga, u Rwanda rutandukanye na Congo, si byo?
Ni ikindi gihugu?”

Ayo magambo yatumye bamwe mu bari bari muri icyo kiganiro mpaka baturika baraseka.

Wes Streeting, umunyapolitiki wo mu ishyaka rikomeye ritavuga rumwe n’ubutegetsi mu Bwongereza rya Labour, ukurikiranira hafi ibikorwa bya minisitiri w’ubuzima, yahise araranganya amaso mu bari bari muri icyo cyumba kiberamo ikiganiro.

Philp yakomeje ati: “Hari ingingo mu itegeko ivuga ko niba umuntu yababazwa, ntekereza ko imvugo ikoreshwa [mu itegeko] ari ‘ukugirirwa nabi bikomeye kandi bidashobora gukira’ kubera koherezwa ahantu, ntabwo yakoherezwa [mu Rwanda].

“Rero hari ubwo buryo bwashyizweho mu itegeko.”
Stephen Kinnock, umunyapolitiki wo mu ishyaka rya Labour ukurikiranira hafi ibikorwa bya minisitiri ushinzwe abinjira mu gihugu, yavuze ko leta y’Ubwongereza irimo kohereza miliyoni 576 z’amapawundi (angana na miliyari 930Frw) mu gihugu “idashobora no kumenya aho giherereye ku ikarita”.

Sarah Olney, umunyapolitiki wo mu ishyaka rya Liberal Democrats, na ryo ritavuga rumwe n’ubutegetsi mu Bwongereza, yavuze ko ibyo Philp yavuze bigaragaza ko iyi “si leta izi icyo gukora”.

Mugenzi wa Philp yumvikanishije ko uwo Minisitiri yari yabajije ikibazo kidasaba igisubizo, ko kitari ikibazo nyakibazo yari yabajije, ubwo yageragezaga gusobanura icyo yari yabajijwe.

Minisiteri y’ubutegetsi bw’igihugu y’Ubwongereza yavuze ko hazabaho gusuzuma ibyago kuri buri muntu ku giti cye, ubwo hazaba harebwa abakwiranye no kwimurirwa mu Rwanda.

Mu 2022, Minisitiri w’ububanyi n’amahanga w’u Rwanda Vincent Biruta yavuze ko leta y’u Rwanda yahitamo kutakira abantu bava mu bihugu bituranye n’u Rwanda, nk’abakomoka muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo, u Burundi, Uganda cyangwa Tanzania.

Doris Uwicyeza Picard ati: “Amategeko y’igihugu yacu arasobanutse neza ku burenganzira bwo kwigaragambya.

Sinshobora kubona akazi hano

Daniel Diew arashima kuba ari hano, nyuma y’ibihe bibi cyane yanyuzemo. Ni umusore ushinguye (muremure) unanutse ukomoka muri Sudani y’Epfo, uvukana n’abandi bahungu n’abakobwa bose hamwe 11.

Yavuye mu cyaro cy’iwabo agira ngo ashake umurimo azashobore gufasha mu kwita ku muryango.

Diew yagerageje inshuro zirindwi kugera mu Butaliyani yambutse inyanja avuye muri Libya, ndetse avuga ko kuri buri nshuro yasubizwaga inyuma yafungwaga.

Ubu amaso ayahanze kugera muri Amerika y’Amajyaruguru.

Ati: “Sinshobora kubona akazi hano.

“Nta kazi gahagije mbona gahari kuko maze amezi atanu hano. Ariko buri gihe ndasenga ngo nzabone amahirwe yo kuva mu Rwanda.”

Ubwo nari mubajije uko yari kwiyumva iyo aza kuba yaroherejwe hano nyuma yuko yari kuba yarageze i Burayi, ariruhutsa cyane, nuko avuga ko yizeye ko Imana yamurinda ibintu nk’ibyo.

Ku bimukira bari muri iki kigo kibacumbikira by’igihe gito, n’abandi bazaza, icyo bashaka ni ukugira ejo hazaza heza.

U Rwanda rwaba ruzababera ikorosi, iherezo ry’inzira aho badashobora kuva, cyangwa ahantu hashya ho kuba?
Icumbi rizwi nka ‘Hope’, cyangwa ‘Icyizere’ mu Kinyarwanda – riri i Kagugu mu nkengero y’umujyi wa Kigali – rimaze iminsi 664 ryiteguye kwakira abimukira Ubwongereza budashaka.

None ubu, nyuma yuko inteko ishingamategeko y’Ubwongereza yemeje itegeko, leta y’u Rwanda irashaka kuzuza abantu muri ibi byumba byo kubamo n’ibyumba byo guteraniramo, byose byomonganamo Nyiramubande iyo ubivugiyemo, mu gihe cy’ibyumweru biri imbere.

Ahanini, u Rwanda rwaritaje rukurikiranira kure gushyamirana mu mategeko kwabereye mu Bwongereza kuri iyo gahunda yateje impaka yo kohereza mu Rwanda abasaba ubuhungiro.
Hagati aho, u Rwanda rwiteguye mu buryo bwitondewe kwakira abo bantu kuva muri Kamena (6) mu 2022, ubwo hari hashize amezi abiri amasezerano yo kubakira ashyizweho umukono hagati ya leta y’Ubwongereza na leta y’u Rwanda.

Natemberejwe muri iri cumbi ryambaye ubusa imbere muri ryo (uretse ibitanda) na Ismaël Bakina uriyobora.

Ibyumba byo kuraramo byaryo bishashe neza, birimo kandi n’ibikoresho nk’imikeka yo gusengeraho ku bayisilamu n’impapuro z’isuku yo mu bwiherero, amasabune n’umuti wo koza amenyo.

Abakozi bo mu busitani baraconga urugo rw’aha hantu hatohagiye cyane, harimo ikibuga cy’umupira w’amaguru n’ikibuga cy’umukino w’intoki wa ‘basketball’, mu gihe abatetsi n’abakora isuku bashishikaye mu buryo burimo kwikwashagura.

Hari n’ihema ririmo imirongo y’intebe z’inyegamo, ritegereje kwakirirwamo ubusabe bw’ubuhungiro bw’abimukira bazaba bari mu Rwanda. Mu gihe ubusabe bwabo bwaba butemewe, ni ho hahandi bazaba bemerewe guhabwa impushya zo gutura mu Rwanda. Cyangwa bashobora kugerageza kujya mu kindi gihugu, ariko atari ugusubira mu Bwongereza.

Bakina ambwiye ko iri cumbi ryiteguye gutangira kwakira abantu akanya ako ari ko kose.

Ati: “Banahageze aka kanya, uyu munsi atari ejo [aho kuba ejo], dushobora kubacumbikira.

“Dukomeje kuba twiteguye 100%.”

Urubanza rwa Emmanuel Nkunduwimye batazira Bomboko, umunyarwanda w’imyaka 65, yagirizwa ivyaha vya jenoside yo mu 1994, rwabandanije ku munsi ugira icenda kuva rutanguye i Buruseli mu Bubiligi.

A Witness in a trial of prosecution against Emmanuel Nkunduwimye alias Bomboko has told the Brussels Court of Assizes that the suspect was indistinguishable from Robert Kajuga and George Rutanganda respectively President and vice president of Interahamwe militia.

The militia is responsible for the killings of more than one million Tutsi during the 1994 Genocide against Tutsi.
Nkunduwimye is accused of Genocide crimes and war crimes committed in Nyarugenge, especially near and around AMGAR, a garage he allegedly co-owned with George Rutaganda.

A witness who was 18 year old during the Genocide, told the court that on April 8, Interahamwe stormed her family’s house, and ordered everyone to go out.

As they were trying to escape, their father was shot dead, and then her mother.
A neighbor who was a trader at that time saw them and was caught by compassion; he took them and dispatched them into several families so that they are not discovered and decimated.

In this process, the witness said, the family that was hosting us went to live with interahamwe-Kajuga, leaving us with their own child.

“Later on, we heard news that Kajuga would come to take us to Hotel Milles Collines where a number of Tutsi were hiding. Indeed, the following night, escorted by Interahamwe, he came, but instead of taking us to the hotel, he hid us in a different place,” the witness said.

“Instead of taking us at Milles Collines Hotel, Kajuga escorted us to a place called Photo Musa and hid us in a small cell,” the witness said.
Photo Musa was a business including photo studio in Kigali Business district. At this place, the witness and her siblings were joined by several other people brought on the order of Kajuga who was able to kill whoever he wanted, or save anyone he wanted.

Some militia Interahamwe used to come to watch on them, and those include Kajuga, Leopold, one Petit and the suspect himself.

She once heard something which she will never forget about Nkunduwimye, the suspect.

“That evening, a lady called on phone, her name was Florence. She pleaded Kajuga to come and save her the following morning, but in that same morning, Nkunduwimye came to us rejoicing that Florence’s family was exterminated,” said the witness.

Perezida Ruto aboneka hano ari kumwe n’umugaba mukuru w’ingabo za Kenya Jenerali Francis Ogolla, kuri iyi foto 

Perezida wa Kenya William Ruto yavuze ko umugaba mukuru w’ingabo za Kenya, Jenerali Francis Omondi Ogolla, yapfuye nyuma yuko indege ya kajugujugu ya gisirikare yari arimo ikoreye impanuka mu burengerazuba bw’igihugu.

Ogolla – wari we musirikare wo ku rwego rwo hejuru cyane muri Kenya – yari ari muri kajugujugu hamwe n’abandi basirikare 11. Abantu babiri gusa ni bo barokotse.

Mu kiganiro n’abanyamakuru, Perezida Ruto yavuze ko ari “umwanya w’akababaro kenshi” ku gihugu.

Mbere yaho ku mugoroba wo ku wa kane, Ruto yari yahamagaje inama yihutirwa y’abagize akanama k’umutekano k’igihugu. Ruto yavuze ko iyo mpanuka yabaye saa munani n’iminota 20 z’amanywa (14:20) ku isaha yo muri Kenya, ni ukuvuga saa saba n’iminota 20 z’amanywa (13:20) ku isaha yo mu Rwanda no mu Burundi.

Igisirikare cya Kenya kirwanira mu kirere cyohereje itsinda ryo gukora iperereza ngo hamenyekane icyateye iyo mpanuka.

Ruto yavuze ko iyo kajugujugu yahanukiye mu karere ka Elgeyo Marakwet, mu ntera ya kilometero 400 mu majyaruguru ashyira uburengerazuba bw’umurwa mukuru Nairobi, nyuma gato yuko yari imaze guhaguruka.

Ogolla yari yagenwe kuri uwo mwanya muri Mata (4) mu mwaka ushize. Mbere, yari yarabaye komanda w’igisirikare kirwanira mu kirere n’umugaba mukuru wungirije w’ingabo za Kenya.

Ruto yavuze ko uwo wari umujyanama we wa gisirikare yari umusirikare mukuru w’intwari, wapfuye ari mu kazi.

Ruto yabwiye abaturage ba Kenya ati: “Igihugu cyacu kibuze umwe mu bajenerali b’intwari cyane, abasirikare bakuru b’intwari, abagabo n’abagore.”

Kuva kuri uyu wa gatanu, Kenya yinjiye mu cyunamo cy’iminsi itatu, aho amabendera agurukira muri kimwe cya kabiri.

Ogolla yinjiye mu ngabo za Kenya (KDF) ku itariki ya 24 Mata mu 1984, nkuko bigaragara ku rubuga rwa internet rwa minisiteri y’ingabo za Kenya.

Mu cyumweru gitaha yari yitezwe kwizihiza isabukuru y’imyaka 40 amaze mu gisirikare.

Yatangiye ari ku ipeti rya ‘second lieutenant’ (sous-lieutenant) mu gisirikare cya Kenya kirwanira mu kirere, aho yari yatojwe n’igisirikare cy’Amerika kirwanira mu kirere nk’umupilote urwanisha indege z’intambara, nkuko minisiteri y’ingabo za Kenya ibivuga. Mu 2018, yabaye komanda w’igisirikare cya Kenya kirwanira mu kirere.

Abandi bantu icyenda bapfiriye muri iyo mpanuka y’indege batangajwe ko ari Brigadiye Swale Saidi, Koloneli Duncan Keitany, Liyetona Koloneli David Sawe, Majoro George Benson Magondu, Kapiteni Sora Mohamed, Kapiteni Hillary Litali, Snr Sgt John Kinyua Mureithi, Sgt Cliphonce Omondi, na Sgt Rose Nyawira.

Mu butumwa ku rubuga nkoranyambaga X, Perezida w’u Burundi Evariste Ndayishimiye yihanganishije Perezida Ruto, umuryango wa Jenerali Ogolla na Kenya, avuga ko “u Burundi bwifatanyije namwe muri iki gihe kigoye”.

Yavuze ko urupfu rwa Ogolla ari “akababaro kenshi kageze hanze y’imipaka” ya Kenya.

Moussa Faki Mahamat, umukuru wa Komisiyo y’Ubumwe bw’Afurika, yavuze ko yifatanyije “mu bitekerezo no mu masengesho” na Perezida wa Kenya, leta ya Kenya n’abaturage ku bw'”impanuka ya kajugujugu yishe abantu”.

Abarokotse iyo mpanuka bararembye ndetse barimo kuvurwa.

Abo basirikare bari bagiye muri ako karere ko mu burengerazuba bwa Kenya, kamaze igihe kibasirwa n’ubujura.

Bari bagiyeyo mu butumwa bwo kongera gufungura amwe mu mashuri yafunzwe nyuma y’ibitero by’abajura. Bari banasuye abasirikare bakuru boherejwe muri ako karere kugarurayo umutekano.

Muri Kamena (6) mu 2021, abasirikare nibura 10 barapfuye ubwo kajugujugu bari barimo yakoraga impanuka ubwo yari irimo kugwa hafi y’i Nairobi.

Tribert Rujugiro, wapfuye ku myaka 83, yari muntu ki? Amakuru yihariye cyane

Inyubako ya UTC rwagati mu mujyi wa Kigali (ifoto yo mu bubiko)

Muri Kanama (8) mu 2022, urwo rukiko – rufite icyicaro i Arusha muri Tanzania – rwari rwategetse leta y’u Rwanda kwishyura Rujugiro indishyi ya miliyoni imwe y’amadolari y’Amerika (arenga miliyari imwe mu mafaranga y’u Rwanda), kuko ibikorwa bya leta y’u Rwanda byo “kwigarurira na nyuma yaho ikagurisha iduka rinini rya UTC binyuranyije n’amategeko”.

Icyo gihe, nyuma y’uwo mwanzuro w’urukiko mu bujurire, Rujugiro yabwiye BBC Gahuzamiryango ko kuri we ayo mafaranga ahagije, “kuko icyanjyanyeyo [mu rukiko] ntabwo ari ukugira ngo bampe indishyi y’akababaro. Icyanjyanyeyo kwari ukugira ngo bansubize inyubako yanjye”.

Abajijwe niba nadasubizwa iyo nyubako azakomeza kuburana, yarasubije ati:

“Oya, ntabwo twaburana, narindira, kuko bavuga ko nta joro riba ngo ryoye gucya kandi nta n’imvura igwa ngo yoye [ireke] guhita.

“Narindira yuko iyo leta ihari izahava, iyindi ije ikayinsubiza”.
Yafungiwe i Burundi

Rujugiro yanamenyekanye mu Burundi kuva mu myaka ya 1970, mu bucuruzi burimo n’ubw’itabi.

Yabwiye New Vision mu 2019 ko yahungiye mu Burundi afite imyaka 19, mu gihe cy’imvururu zibasiye Abatutsi bo mu Rwanda, aba i Burundi imyaka 20.

Mu 1990, yahunze u Burundi ajya muri Afurika y’Epfo, nyuma yo kumara imyaka itatu muri gereza i Bujumbura, ubwo Pierre Buyoya yari amaze gufata ubutegetsi mu 1987 ahiritse ubwa Jean-Baptiste Bagaza.

Yasubiye iwabo mu Rwanda mu 1995, ahaba imyaka 15, yongera guhungira muri Afurika y’Epfo mu 2010.

Ubucuruzi bwe bwarenze u Rwanda n’u Burundi. Yari afite ibikorwa by’ubucuruzi mu bihugu nka Uganda, Tanzania, Repubulika ya Demokarasi ya Congo, Angola, Sudani y’Epfo, Afurika y’Epfo na Nigeria.

Asize abana bane – umukobwa n’abahungu batatu – kuko uwa gatanu yari yarapfuye. Umugore we na we yari aherutse gupfa.

Leta y’U Rwanda yatangaje amazina icyenda mashya y’abanyepolitiki bishwe mu 1994 kubera ko bagerageje kurwanya jenoside yahigaga Abatutsi ariko na bamwe mu banyapolitiki batavugaga rumwe n’ubutegetsi ndetse n’abarwanyije umugambi wo kurimbura abatutsi .

Benshi muri bo ni abari mu nzego z’ubutegetsi bishwe nyuma yo kurwanya umugambi wa jenoside. Barimo abari mu bwoko bw’Abatutsi ariko hakabamo n’abari Abahutu bari mu mashyaka ahanganye n’irya MRND rya Perezida Habyarimana.

Ministeri ishinzwe ubumwe bw’Abanyarwanda yavuze ko amazina y’aba banyapolitiki bafatwa nk’intwari yagezweho nyuma y’ubushakashatsi bwimbitse bwakozwe mu gihe cy’imyaka ibiri.

Habayeho gukurikirana amateka y’aba bantu, gusesengura imbwirwaruhame zabo ndetse n’inyandiko zitandukanye basohoye.
Aba banyapoliti bashya batangajwe bariyongera ku bandi 12 basanzwe bashyinguwe mu rwibutso rwa Rebero ruri mu karere ka Kicukiro (mu mujyi wa Kigali).

Uretse aba banyepoliti bazize ibitekerezo byabo bidahura n’iby’ubutegetsi bwariho, uru rwibutso kandi runashyinguwemo Abatutsi bagera ku bihumbi 3000 bishwe bazira jenoside bakorewe.
Ubwo yari muri ibi biganiro yaje kwibasirwa na bamwe mu begereye ubutegetsi ndetse n’abasirikare bakuru bamushinjaga kwemera bimwe mu byo ubutegetsi butari bwishimiye.

Ibi ni nko kwemera ko igisirikare cyari guhuzwa, FPR na yo ikagira abayihagarariye mu ngabo z’U Rwanda. Uyu mugabo kandi yashinjwaga ko ngo yemeye ko FPR yahabwa imwe mu myanya ikomeye y’ubutegetsi.

Muri uyu muhango, umuryango wa Ngurinzira wari uhagarariwe n’umugore we n’abana be batatu.

Umwe mu bana be, Ujeneza Marie Yollanda yavuze ko se yishwe ku itariki ya 11 z’ukwezi kwa 4 ubwo ingabo za MINUAR Z’Ababiligi zavaga mu kigo cy’ishuri rya ETO Kicukiro aho uyu na we zari zaramuhungishirije. Aha ni na ho hari ibihumbi byinshi by’Abatutsi baje kwicirwa ku gasozi ka Nyanza ya Kicukiro.

Uyu mukobwa wa Ngurinzira avuga ko umuryango utamenye aho se yiciwe ndetse n’uburyo yaba yarashyinguwemo. Gusa ngo baje kumenya ko yishwe bivuzwe na Radio RTLM.

Rumiya Jean Gualbert

Uyu mugabo wari umwarimu wa Kaminuza wize mu gihugu cy’U Bufransa yavukiye ahari i Butare mu 1950.

Yaje kwinjira mu ishyaka rya MRND ryari ku butegetsi ndetse aninjizwa muri Komite Nyobozi yaryo ku rwego rw’igihugu n’urwa Perefegitura ya Butare.

Mu mwaka wa 1992, Rumiya yasezeye mu ishyaka rya MRND ndetse no mu myanya yari afite mu buyobozi bwaryo.

Mu ibaruwa yandikiye Perezida Habyarimana, Rumiya yamubwiye ko atiteguye kuguma muri iri shyaka kuko ryasaga n’irishaka gukomeza kugundira ubutetsi kandi hari hamaze kwemezwa ko igihugu gishingira ku mashyaka menshi.

Uyu Rumiya kandi avugwa ko yabaye mu ba mbere bamaganye Disikuru ya Leon Mugesera yavugiwe muri mitingi ya MRND aho yashinjwe ko yasabaga Abahutu gutsemba Abatutsi.

Aha naho Rumiya uvuga ko avuka ku mubyeyi umwe w’umututsi ndetse n’uw’umuhutu yandikiye Mugesera amunenga ku kuba atararebye ingaruka ijambo rye ryashoboraga kugira ku mibanire y’abanyagihugu.

Yaje kwicwa muri jenoside.

Habyarimana Jean Baptiste/1950

Habyarimana Jean Baptiste wari umuyoboke w’ishyaka riharanira ukwishyira ukizana kwa buri muntu, PL yari Perefe wa Butare.

Uyu wari we Mututsi wenyine muri ba Perefe 11 bari mu gihugu yagerageje guhanga na n’ubwicanyi bwibasiraga Abatutsi. Ministri w’ubumwe bw’Abanyarwanda Jean Damascene Bizimana avuga ko uyu yaje kwicwa hamwe n’umuryango we kubera ko yari umututsi kandi akaba yari n’umuyobozi wabangamiraga ishyirwa mu bikorwa ry’umugambi wa jenoside.

Yishwe amaze gukurwaho na Guverinoma iyobowe na Theodore Sibdikubwabo.

Ruzindana Godeffroid –PSD

Uyu mugabo wakomokaga mu ishyaka riharanira imibereho myiza y’abaturage, PSD yagizwe Perefe w’icyari Kibungo mu burasirazuba bw’igihugu mu mwaka wa 1992.

Uyu ngo yashyiraga imbere imibereho myiza y’abaturage kandi akarwanya amacakubiri.

Ubwo yari Perefe, ingabo za FPR zarwanaga n’ubutegetsi zasatiraga cyane aho yari ayoboye, ubutegetsi bukamushinja gukorana n’Inkotanyi ndetse no kuzorohereza gufata uduce twinshi.

Ubwo jenoside yatangiraga, uyu mugabo ngo yagerageje kuyirwanya ndetse no kubuza abaturage kwibasira bagenzi babo.

Gusa yaje kwicwa ubwo yageragezaga guhungira mu gihugu cy’U Burundi yicanwa n’umuryango we wose .

Dr Gafaranga Théoneste /1942

Uyu mugabo wari impuguke mu buvuzi yakomoka mu ishyaka rya PSD ndetse akaba yari na Visi Perezida waryo.

Uyu mugabo wabaye mu ba mbere bashinze PSD, azwi ko ari umumwe mu mpuguke zagerageje guhangana n’ubutegetsi bwa Habyarimana bashinjwaga kuyoboza igitugu.

Ndagijimana Callixte

Ndagijimana Callixte yavutse mu mwaka wa 1965 akaba yari Burugumestri wa Komini Mugina mu cyahoze ari Perefegitura ya GITARAMA .

Yishwe n’abasirikare ba Leta nyuma yo gukoma imbere ibitero byinshi by’interahamwe zashakaga kurimbura abatutsi ndetse no gushishikariza abaturage kudacikamo ibice .

Nyuma y’urupfu rwe ni bwo Genocide yashobotse muri iuyi Komini.

Nyagasaza Narcisse

Nyagasaza Narcisse yagizwe Burugumestri wa Komini ya Ntyazo iri hafi y’U Burundi mu mwaka wa 1993 akaba yari umuyoboke wa PL.

Muri jenoside yabaye atamaze igihe ku buyobozi, uyu yasabye abaturage kwirinda gusubiranamo ndetse abashishikariza guhangana n’ibitero by’interahamwe.

Ngo hari abaturage benshi yahaye ibyangombwa kugira ngo bashobore guhungira i Burundi ndetse na we ubwo ngo yishwe arashwe ubwo yageragezaga guhungira i Burundi .

Gisagara Jean-Marie Vianney/1966

Uyu mugabo wari umuyoboke w’ishyaka rya PSD yari umuyobozi wa Komini Nyabisindu, ubu yitwa Nyanza ahahoze ari Butare.

Ubwo jenoside yatangiraga amaze umwaka umwe gusa ayobora Nyabisindu, Gisagara ashimirwa ko yabashije kuyirwanya ndetse agatuma itinda gutangira mu gace ka Nyanza yifashishije abapolisi ba Komini ndetse n’abaturage be.

Ibi byatumye yibasirwa cyane n’ubutegetsi kugeza ubwo na we agiye mu bwihisho. Gusa yaje gufatwa yicwa mu kwezi kwa 5 kwa 1994 ashinyaguriwe akuruwe ku modoka ndetse ubutegetsi buhuruza abaturage ngo baze kureba uko yicwa.

Rwabukwisi Vincent wakunze kwitwa RAVI /1959

Uyu mugabo yari umunyamakuru ndetse waje no guhinduka umunyapolitiki. Yashinze ikinyamakuru KANKUKA cyahoraga kinenga ubutegetsi.

Kubera inyandiko ze zinegura ubutegetsi yakatiwe igifungo cy’imyaka 17 mu mwaka wa 1990, cyakora aza kurekurwa nyuma y’amwe mu masezerano menshi ubutegetsi bwagiranye na FPR barwanaga .

Rwabukwisi yaje gushinga ishyaka UDPR ryari ryiganjemo abakiri bato. Yaje kwicwa ku itari ya 11 z’ukwezi 4.

Beatrice Munyenyezi woherejwe na Amerika yakatiwe gufungwa ubuzima bwe bwose

Urukiko rwisumbuye rwa Huye rwakatiye Beatrice Munyenyezi igihano cy’igifungo cya burundu nyuma yo kumuhamya ibyaha bya jenoside. Umucamanza yavuze ko Munyenyezi ubwe yagize uruhare rutaziguye mu bwicanyi bwibasiye bamwe mu bantu bo mu bwoko bw’Abatutsi ndetse no gufata ku ngufu abagore n’abakobwa mu mujyi wa Butare mu gihe cya jenoside. Beatrice Munyenyezi yoherejwe mu Rwanda

Marie Rose Habyarimana ati. Nta kwibuka Abanyarwanda bamwe ukareka abandi uyu ni umukobwa wa Juvenal Habyarimana uwari Perezida mu Rwanda

“Rero mu gihe ubutungane ari ubwa bamwe, mu gihe ukwibuka bigenerwa bamwe abandi ntibahabwe ubwo burenganzira kandi turi Abanyarwanda twese… biragoye ko Abanyarwanda bakira mu mitima kuko harakenewe ukuri kuri bose kuko twese turangana, turakeneye ubutungane [ubutabera] buhabwa [butangwa] atakurobanura.”

Leta y’Urwanda yakomeje kuvuga ko ata muntu ibuza kwibuka abe, ariko ko abibukwa muri iki gihe ari Abatutsi bishwe n’Abahutu b’intagondwa, mu gihe c’iminsi 100 jenoside yamaze, uhereye kw’itariki ya 7 z’ukwa kane mu 1994, n’abandi bishwe batari bashyigikiye jenoside, hatitawe ku bwoko bwabo.

Ariko ifata gushaka kuringaniza ubwicanyi bwose bwabaye muri ico gihe – burimo n’ubwagirizwa izari inyeshamba za RPF zahavuye zifata ubutegetsi – nk’uburyo bw’ipfovya n’ihakana rya jenoside. Umuhango wo kwibuka abapfiriye mu ndege yari itwaye uwari Prezida w’Urwanda Juvénal Habyarimana kw’itariki ya 6/4/1994, watangujwe n’imisa muri ‘Basilique Nationale du Sacré-Coeur’, i Buruseli mu Bubiligi

Umuhango wo kwibuka imyaka 30 indege yari ireruye Prezida Habyarimana ikorowe hejuru y’ikibuga c’indege ca Kanombe i Kigali, witabwe n’Abanyarwanda bari hagati ya 500 na 1000.

Bari bakoraniye mu misa umuryango wa Habyarimana wari watunganije uri kumwe n’abasigwa b’imiryango y’Abanyarwanda bari kumwe muri iyo ndege bapfanye.

Abo ni Jenerali Majoro Déogratias Nsabimana yari umugaba mukuru w’ingabo, Koloneli Elie Sagatwa yari umunyamabanga yihariye wa Prezida Habyarimana, Juvénal Renzaho yari umujanama wa Habyarimana mu migenderanire n’amakungu, Dr Emmanuel Akingeneye yari muganga yihariye wa Habyarimana na Majoro Thaddée Bagaragaza yari ashinzwe ibiro vya Prezida Habyarimana.

Bose bapfuye ubwo iyo ndege yo mu bwoko bwa Falcon 50 – yari irimo n’uwari Prezida w’Uburundi Cyprien Ntaryamira – yakororwa mw’ijoro ryo kw’itariki ya 6 z’ukwa kane mu 1994.

Miss Rwanda 2020 Naomie Nishimwe has said ‘Yes’ to her boyfriend Michael Tesfay. The two have been dating since 2022.

Nishimwe Naomie Mackenzie· Works at Models · Worked at Fashion. Via what appears to be his only Instagram post, the Ethiopian tech entrepreneur shared photos of their engagement on Monday, January 1 and said, “I am looking forward to spending the rest of my life with you and honouring God through our union @NaomiIshimwe Naomie.”

He also announced that the two “are getting married” though the dates for their wedding have not been made official yet.

A wedding would make Naomie the fourth beauty queen to get married since 2009, after Grace Bahati, Aurore Mutesi Kayibanda and Elsa Iradukunda

САЙТ ONION KRAKEN DARKNET TOR ЗЕРКАЛО

Официальный сайт KRAKEN: http://kraken2tr7eohw6acwwp2apxtgqtoy67gzggozvuzmglc7yq35ysboad.onion/ (заходить через Tor Browser) Новый игрок на рынке: Kraken – крупнейший российский даркнет-рынок Kraken, или по-русски Кракен, – это новый игрок на рынке российского даркнета, который стал одним из крупнейших после закрытия Hydra в 2022 году. Этот рынок специализируется на торговле наркотиками, поддельными документами, услугами по отмыванию денег и многими другими

1Win официальный сайт букмекера | 1Вин казино и ставки на спорт

Содержимое Регистрация в 1WIN Регистрация и вход в 1Win Как зарегистрироваться в букмекерской конторе 1win: Пошаговая инструкция Лицензирование 1win Регулирующие органы 1Win Букмекерская контора и Казино 1Win скачать приложение: на Андроид и IOS – Ставки на спорт с мобильной версии БК Как сделать ставку в 1WIN Постоянные Бонусные Программы Временные Акции 1win – Онлайн казино

„Играйте в онлайн-казино 1xSlots в России и получите незабываемый опыт игры“

„Играйте в онлайн-казино 1xSlots в России и получите незабываемый опыт игры“ Table Преимущества онлайн-казино 1xSlots для российских игроков Как начать играть в 1xSlots онлайн-казино в России Отзывы о игре в 1xSlots онлайн-казино в России Популярные игры 1xSlots онлайн-казино в России Бонусы и акции 1xSlots онлайн-казино для российских игроков Преимущества онлайн-казино 1xSlots для российских игроков Преимущества

Начните играть в пинап казино онлайн сегодня в России!

Начните играть в пинап казино онлайн сегодня в России! Table of contents Как начать играть в онлайн-казино Пинап сегодня в России? Преимущества игры в Пинап казино онлайн в Российской Федерации Начните выигрывать в Пинап казино онлайн: регистрация и игра в России Отзывы о Пинап казино онлайн: начальные шаги в России Как начать играть в онлайн-казино

ONION ЗЕРКАЛО САЙТ KRAKEN DARKNET КРАКЕН

Официальный сайт KRAKEN: http://kraken2tr7eohw6acwwp2apxtgqtoy67gzggozvuzmglc7yq35ysboad.onion/ (заходить через Tor Browser) Кра́кен: новый лидер на рынке даркнета Kraken – это название, которое стало широко известным среди пользователей российского даркнета. После закрытия Hydra в 2022 году, Kraken стал одним из крупнейших российских даркнет-рынков, предлагающих широкий спектр товаров и услуг, таких как наркотики, поддельные документы, услуги по отмыванию денег и

DARKNET САЙТ TOR KRAKEN ЗЕРКАЛО ONION

Официальный сайт KRAKEN: http://kraken2tr7eohw6acwwp2apxtgqtoy67gzggozvuzmglc7yq35ysboad.onion/ (заходить через Tor Browser) Кра́кен: новый игрок на российском даркнет-рынке С закрытием Hydra в 2022 году российский даркнет-рынок остался без одного из крупнейших игроков. Но не надолго – на смену ему пришел Kraken, который быстро набирает обороты и становится одним из лидеров в этой сфере. Почему именно Kraken и что делает

Sweet Bonanzadaki En İyi Oyun Taktikleri ile Rekor Kırın

Sweet Bonanzadaki En İyi Oyun Taktikleri ile Rekor Kırın! Bahis dünyasında yeni bir heyecan arıyorsanız, Sweet Bonanza oyunu tam size göre! Şeker temalı bu eğlenceli oyun, birçok oyuncunun ilgisini çekiyor.​ Oyun taktikleri üzerinde biraz durmak gerekirse, doğru stratejilerle rekorlar kırmak mümkün olabilir.​ İşte Sweet Bonanzadaki En İyi Oyun Taktikleri ile ilgili önemli noktalar.​ 1.​ Oyun

Oyun Zamanlaması Sweet Bonanzada Kazandırma Saatlerini Nasıl Belirlemelisiniz

Oyun dünyasında, özellikle çevrimiçi slot oyunlarında zamanlama, kazanma olasılıklarınızı etkileyebilir.​ **Sweet Bonanza**, kullanıcıları için sunduğu eğlenceli atmosferin yanı sıra, iyi bir zamanlama ile daha fazla kazanç elde etme fırsatları da sunuyor.​ Peki, Sweet Bonanza’da kazandırma saatlerini nasıl belirlemelisiniz? İşte bu konuda bilmeniz gerekenler! Daha fazla bilgi için lütfen slot siteleri alanında http://slot-siteleri.com/ sitesine göz atabilirsin.

Онлайн казино с выводом денег: отзывы игроков

Онлайн казино с выводом денег: отзывы игроков С каждым годом растет популярность онлайн казино с выводом денег отзывы. Игроки все чаще ищут платформы, которые не только предлагают разнообразие игр, но и обеспечивают надежный вывод средств. В таком насыщенном рынке важно понимать, на что следует обратить внимание при выборе казино. Критерии выбора онлайн казино При выборе

Scroll to Top